All posts tagged "Burundi News"
-
Ndayizeye Khalfani | April 11, 2018
Hari Soko By G.E.P.U Mwaro Choir Official Video 2018
-
Mugisha Ivan | February 28, 2017
Burundi: Inama nshingamateka na Nkenguzamateka zimenyesha ko agateka ka zina muntu kifashe neza
Inama nshingamateka na nkenguzamateka vy’Uburundi zimenyesha ko amahoro n’umutekano mu Burundi biriko biratera imbere, bagereranije n’uko vyari vyifashe...
-
Burundian Gospel | June 2, 2014
Ingoma z’Intambo y’ akaranga zatanguwe kuvuzwa mumasengero muburyo bwo guhimbaza Imana
Mu Burundi, ingoma zisanganywe icubahiro n’insiguro itari nto. Akahise k’igihugu kigisha ko zatanguye kuvuzwa mu gihe co kwimika...
-
Burundian Gospel | May 24, 2014
Burundi Politic in Swahili: Armel Niyongere: “Pierre Claver Mbonimpa ni mwathirika wa ahadi yake ya”
Armel Niyongere, mwanasheria Pierre Claver Mbonimpa, rais APRODH denounces kasoro kiutaratibu katika kukamatwa kwa mteja wake, kama vile...
-
Burundian Gospel | May 20, 2014
Pierre Claver Mbonimpa yarekuwe aho yaramaze imisi afungiwe kugipolisi
Pierre Claver Mbonimpa aho yaraheruka gufungwa azize ubusa bamuhora imvo za Politike, ariko kubwutungane ahuruka gufungugwa, soma amakuru...
-
Burundian Gospel | May 11, 2014
Imfashanyo zavuye kuri ya ndirimbo “Imvura” ya Aime M. nabandi, zaratanzwe kuruyu wagatandatu
Inkuru yimvaho kururirimbo “IMVURA” yaririmbwe na AIME. M...
-
Burundian Gospel | April 14, 2014
Ukuri kwibinyegezwa bihaye bikorwa numugambwe CNDD-FDD “Uburundi buracafise Imana”
-Haheze imisi mwumva inkuru zicacagirana ko hoba hari itangwa ry’ibirwanisho mu rwaruka rwa Cndd Fdd(Imbonerakure),hakaba hari n’umugambi wo...
-
Burundian Gospel | March 23, 2014
Mukigobe inama nshingamateka aho CNDD-FDD yagomvye guhindura ibwirizwa nshingiro
Kwigenekerezo rya 21 Ntwarane (March) muruno mwaka nyene wi 2014, i Kigobe niho habaye inama nshingamateka yaho CNDD-FDD...