All posts tagged "Burundi Politics"
-
Mugisha Ivan | February 28, 2017
Burundi: Inama nshingamateka na Nkenguzamateka zimenyesha ko agateka ka zina muntu kifashe neza
Inama nshingamateka na nkenguzamateka vy’Uburundi zimenyesha ko amahoro n’umutekano mu Burundi biriko biratera imbere, bagereranije n’uko vyari vyifashe...
-
Burundian Gospel | May 24, 2014
Burundi Politic in Swahili: Armel Niyongere: “Pierre Claver Mbonimpa ni mwathirika wa ahadi yake ya”
Armel Niyongere, mwanasheria Pierre Claver Mbonimpa, rais APRODH denounces kasoro kiutaratibu katika kukamatwa kwa mteja wake, kama vile...
-
Burundian Gospel | May 22, 2014
Urwanda Rwamaze kugeza abasoda bashika kuri 700 mugihugu c’uburundi
Haramakuru amaze icyumweru agera kukinyamakuru cyacu Karisimbi Online kitubwirako u Rwanda rwaba rwitegura gutera igihugu cyu Burundi. Iyi...
-
Burundian Gospel | March 23, 2014
Mukigobe inama nshingamateka aho CNDD-FDD yagomvye guhindura ibwirizwa nshingiro
Kwigenekerezo rya 21 Ntwarane (March) muruno mwaka nyene wi 2014, i Kigobe niho habaye inama nshingamateka yaho CNDD-FDD...
-
Burundian Gospel | March 22, 2014
President Petero nkurunziza yaseruye ko azokwitoza mugihe umugambwe wiwe umutoye
Murino ndwi nyene duhaye turangiza niho PETERO NKURUNZIZA vyagaragaza akanabivuga kumaradio yo hanze yuko azokwitoza. Icitwazo canke insiguro...
-
Burundian Gospel | March 9, 2014
Igipolisi ngo carajuragije abo mumugambwe wa MSD mugihe bari bakikuje ingoro yuwo mugambwe!
Kuruyu wagatandatu wigenekerezo rya 8 Ntwarane, umwaka wi...
-
Burundian Gospel | March 8, 2014
Burundi: (Swahili) Karibu nafasi ya kidemokrasia kufungua uwanja na vurugu
MSD ( Movement for Solidarity na Demokrasia ), ni imara anaamini kwamba vikwazo juu ya uhuru wa raia...
-
Burundian Gospel | March 5, 2014
Uprona: Inyuma yaho bankiwe kwinjira ku mugumya baciye bihereza amabarabara yigisagara
Umunsi mukuru w’urwaruka mparaniramajambere rwa Rwagasore wabaye ukuri kwamye aho biginye imyaka 47 bamaze babayeho, n’aho Francis Ngaruko...