President Petero nkurunziza yaseruye ko azokwitoza mugihe umugambwe wiwe umutoye

By  |  0 Comments

President-Pierre-Nkurunziza

Murino ndwi nyene duhaye turangiza niho PETERO NKURUNZIZA  vyagaragaza akanabivuga kumaradio yo hanze yuko azokwitoza. Icitwazo canke insiguro ya President Pierre Nkurunziza avuga ko mugihe inama kaminuza yumugambwe wiwe imutoye uti dushaka wewe biciye mumategeko ngo ntakibuza cotuma atitoza.

Bamwe mubanyagihugu naborongoye igihugu bakavuga ko aricitwazo, nyabuna ngo navuge nyene kwagomba kwitoza kandi bigaragare neza kwariwe atabanze kwitwaza inama kaminuza yumugambwe akomokamwo. bikerekana yuko ibwirizwa shingiro rijanye namatora kumuntu atarenza ibiringo bibiri kubutegetsi, ko ryoca rihinduka; kuko Peter nkurunziza yoba yitoje ubugira gatatu.

Abanyagihugu bakaba bafise ibibazo vyamadidane bitari bike? MBE BIZOGENDA GUTE NIBWIRIZWA SHINGIRO RIJANYE NAMATORA MUBURUNDI RAMUTSE RIHINDUKA? MBE IYINDI MIGAMBWE HO IRAREKURIWE KWIYAMAMAZA KO TUBONA NUBU IMIGAMBWE IMWIMWE IHAYE INAJURAGIZWA? AYAMATORA YA 2015, BIRI GUTE CANKE BIZAMERA GUTE?

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar