Imfashanyo zavuye kuri ya ndirimbo “Imvura” ya Aime M. nabandi, zaratanzwe kuruyu wagatandatu

By  |  0 Comments

Imvura pic4

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Inkuru yimvaho kururirimbo “IMVURA” yaririmbwe na AIME. M hamwe nabandi baririmvyi nka JOHNSON MKUBWA, JACK NO PARKING

” Muri make rero, iciyumviro ca Aimé.M. co kwifatanya n’abasinzikajwe n’imvura mu Burundi cagiye ahabona uyu munsi. Indirimbo “IMVURA” n’agakemanyi kayiherekeje, ivyo bikaba vyakoraniwe n’abaririmvyi bashimye gufashanya n’uwo musore ari bo Johnson Mkubwa, Jack, Isack,(ni we ubazi neza). Urunani Union-Singers in Development (USD) ruserukiwe n’uwitwa John Habonimana rukaba arirwo rwakoze igikorwa co gushikiriza ako gafashanyo (kagizwe n’udusabuni two kumesura) abo twagenewe. Urwo runani na rwo rukaba rwashimye kugashikiriza ishirahamwe Croix Rouge(red cross) kuko ari ryo risanzwe rifise ubushobozi buhagije bwo kugaburira abo Barundi batakigira cepfo ca ruguru udufashanyo bahora baronswa. Bashoboye gushimira ababiyumviriyeko mu gihe mu bukene bafise n’isuku risanzwe ritari ku ruhande. Ariko bagasaba n’uwo wundi wese abishoboye ko yogerageza akabarungikira n’utundi dufashanyo utwo ari two twose, na cane cane nk’imfungurwa, ivyambarwa n’ibindi. (kazi kwako sasa)”

 

 

 

 

Imvura pic3Imvura pic2Imvura pic

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar