All posts tagged "Adora Uwimana"
-
Burundian Gospel | September 6, 2016Cereza|Adora Uwimana|Official Video – Burundi Gospel
-
Burundian Gospel | August 14, 2013Adora Uwimana arihafi yo gushira kumugaragaro urubuga (website) rwiwe “www.adorauwimana.com”
Umuririvmvyikazi “Adora Uwimana” (from the album NAMPENDA) yimirije gushira kumugaragaro urubuga rwiwe ruzoba ruri kwizina rya www.adorauwimana.com nkuko...
-
Burundian Gospel | August 9, 2013New Video “Nampenda – Adora Uwimana {Burundi Gospel}
Adora Uwimana Umwe mubigeme bahaye baza numuriro ukomeye cane gose aririmba akongera agahimba za Imana mundirimbo za Gospel....
-
Burundian Gospel | July 26, 2013Interview “Ibiganiro” with Adora Uwimana by Seth Kaburungu [Burundi Gospel]
Adora Uwimana numwe mubaririmvyikazi babarundi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana, umwe mubaririmvyi babigeme ahaye azanana numuvuto munini cane...
-
Burundian Gospel | July 16, 2013Music Video Album “Nampenda” ya Adora Uwimana yasizwe kumugaragaro
Umwe mubaririmvyi babigeme bariko baza numuvuto munini, Adora Uwimana azananye numuriro udasanzwe muri Gospel Music mugihugu c’uburundi. Adora...
-
Burundian Gospel | July 6, 2013Amwe mumafoto yigiteramo ca “Adora Uwimana” cabaye kwitairiki 5 zukwindi, 2013 iBujumbura, Burundi
Igiteramo kitaraba, “Adora Uwimana” ariko yerekana imyiteguro uko yifashe Amapozi arabandanya Jiji Seven avuga kwigiteramo yari kiryoshe cane...
-
Burundian Gospel | June 25, 2013Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana kirabandanya namyiteguro ikomeye
Adora Uwimana n’Umuririmvyikazi ariririmba akongera agahimbaza Imana mukarere ka Bujumbura, Burundi. Uno mwigeme nkuko mwari musanzwe mubizi ariko...
-
Burundian Gospel | June 19, 2013Burundi Gospel Stars “Jubilee”
