Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana kirabandanya namyiteguro ikomeye

By  |  0 Comments

Adora Uwimana n’Umuririmvyikazi ariririmba akongera agahimbaza Imana mukarere ka Bujumbura, Burundi. Uno mwigeme nkuko mwari musanzwe mubizi ariko aritegurira Igiteramo ciwe cambere aho ashikiriza album yiwe yambere irimwo indirimbo 7, album akaba yayise “Nampenda” Murico giteramo hazoba harimwo niyindi migwi itari mike, nabo aka araba bakurikira:

-THE BEST FRIENDS OF GOD

-GMP

-H4C

-YVE SHAKA

-GANADORES

Abanywanyi benshi biteze ko kizoba igiteramo kidansanzwe nuko kandi tukaba duteye akamo abanywanyi mwese muri mugihugu c’uburundi ko mwokwitaba ubutumire bwico giteramo. Kwinjira ni 5000FBU. Adora Uwimana avuga ko imyiteguro imurembeje kandi ko bidasanzwe nkuko benshi musanzwe mubizi.

Igiteramo nitariki 15 zukwezi kwi 7, umwaka wi 2013

Sivyoroshe vya kino giteramo, amafoto yamatangazo yico giteramo

 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar