Amwe mumafoto yigiteramo ca “Adora Uwimana” cabaye kwitairiki 5 zukwindi, 2013 iBujumbura, Burundi

By  |  0 Comments

Igiteramo kitaraba, “Adora Uwimana” ariko yerekana imyiteguro uko yifashe

Amapozi arabandanya

Jiji Seven avuga kwigiteramo yari kiryoshe cane kandi cari kibereye. Arashima Imana cane gose ukuntu cakoretse ngo cari igiteramo gikomeye cane, Jiji arongera avuga kwashimira abaririmvyi bose bari bahari nabatumire nabateguye ico giteramo ngo vyari vyiza kandi bibereye

Jiji Seven ari kuri Sitegi aririmba na background vocal yiwe, “Mugiteramo ca Adora Uwimana” ngo vyari bishushe

Igiteramo cari cashushe, abarorerezi bari bafise akanyamuneza kenshi…

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar