New Track: “Ntanumwe Yosa Na Yesu” by Methuselah FT Kaburungu

By  |  0 Comments

Audio clip: Adobe Flash Player (version 9 or above) is required to play this audio clip. Download the latest version here. You also need to have JavaScript enabled in your browser.

Abaririmvyi bakomeye  “Methuselah Nzisabira na Seth Vyamungu AKA Kaburungu” baririmba indirimbo zoguhimbaza Imana kandi basanzwe bari mumugwi wa UBS, bashimye gusangira ino ndirimbo nabakristo eka nabanywanyi aho bahwikiriye hose mumicungararo itandukanye. Intumbero yabo baririmvyi, duciye kuri Kaburungu, avuga ko bagomvye kumenyesha amahanga ko atanumwe kandi atazokwigera abaho yosa na Yesu canke yoza ameze nka Yesu. Yesu ntawomugereranya nizindi mana abana babantu basenga zibishushanyo canke izindi mana abantu bigenera, ariko Yesu n’Imana nyakuri kandi numwana w’Imana koko yatumwe ngo atubere umucunguzi.

 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar