Hoba hari Igiteramo c’ indirimbo z’ Imana coba kiriko irategurwa muri Tennessee.

By  |  0 Comments

Tumaze imisi turiko tubona amashusho atangaza igiteramo c’ Indirimo z’ Imana kizobera muri Knoxville, Tennessee; murizo shusho hakabonekamwo abaririmvyi baririmba indirimbo z’ Imana: Abel Nkurunziza, Maisha ya Mungu (Kabura Alex), Sauti Ya Michel, na J. Fabrice.

concert-tennessee

 

Turiko turondera bamwe murabo baririmvyi batubgire bimwe muvyo bariko bategura murico gikorane ko kizoba n’ ivyo bateguriye abanywanyi b’ indirimbo za Gospel.




Mushishikare mudukurikirana hafi tuzobaha amakuru yimvaho kuvyerekeye ico giteramo!

 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar