Abel Nkurunziza: Igiteramo muri Knoxville, Tennessee kizoba kandi bavyiteguriye neza cane!

By  |  0 Comments

Twashoboye kuganira n’ umwe mubazoba bari muri co giteramo c’ abaririmvyi baririmba indirimbo z’ Imana, Abel Nkurunziza umuririmvyi akomeye cane mu gisata c’ abaririmvyi muri Amerika.

Abel Nkurunziza amenyesha neza ko atamahera bazosaba kwinjira kuko ari iryambere bagerageje gukora kino gikorwa co guteramisha abanywanyi b’ Indirimbo za Gospel. Akavuga ko ikizokurikira ico giteramo, bazorihisha amafaranga ahembutse kubanywanyi kugira bashigikire imirimo y’ Imana.




Abel akamenyesha kandi ko murico giteramo hari indirimbo nshasha yateguriye abanywanyi kuzobumvisha kandi zirimwo ubuhinga buhanitse!

Igiteramo kizobera muri Knoxville, Tennessee vyinshi mubisoma kurino Pica ikurikira, aho kizobera n’ amasaha n’ amatariki!

concert-tennessee

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar