All posts by Burundian Gospel
-
Burundian Gospel | March 29, 2013Coming Soon New CD “Ntuma Jewe” from OBC Choir
Umuhari usanzwe utuye mugisaga ca Omaha witwa OBC , bariteguriye gusohora umukanda w’iradio (CD). Duciye kuru mwe mubaririmvyi...
-
Burundian Gospel | March 24, 2013Umuririmvyi akongera akaba umukinyi w’inkino zimpanuro “Aline Vyuka” ahaye atambura intambwe mubikorwa vyiwe
Aline Vyuka numwe mubaririmvyi babarundi kandi asanzwe atuye mumugwi musanzwe muzi ukomeye urimwo abaririmvyi rurangiranwa mugisata c’indirimbo z’Imana...
-
Burundian Gospel | February 23, 2013New Track: “Ntanumwe Yosa Na Yesu” by Methuselah FT Kaburungu
Abaririmvyi bakomeye “Methuselah Nzisabira na Seth Vyamungu AKA Kaburungu” baririmba indirimbo zoguhimbaza Imana kandi basanzwe bari mumugwi...
-
Burundian Gospel | February 16, 2013New Video: “Turagushima Mana by Methuselah Nzisabira
Umuririmvyi “Methuselah Nzisabira” asohoye Video nshasha yise “Turagushima Man”, uno muririmvyi (umwe mubagize umugwi UBS Gospel) avuga ko...
-
Burundian Gospel | February 2, 2013Album ya “Himbaza Collection Vol1” na UBS Gospel yashizwe kumugaragaro
Umugwi mpurikira hamwe umenyekana kw’Izina rya UBS Gospel (United Burundian Gospel Singers) bashize kumugaragaro urukurikirane rwabo rwambere bise...
-
Burundian Gospel | January 29, 2013Bukuru Celestin aririmba kubw’agahinda k’Impanuka yabaye kwisoko y’ibujumbura “Mpore Burundi”
Umuririmvyi “Bukuru celestin yaraye asohoye ururirimbo kubw’Impanuka yabaye kwisoko y’Ibujumbura, Burundi. Kwishaka rinini twagize, Bukuru Celestin avuga ko:...
-
Burundian Gospel | January 22, 2013New Track: “Tuzosimbasimba” by Kaburungu FT Methuselah [Burundi Gospel]
Abaririmvyi bakomeye mumiziki y’Imana “Seth Vyamungu AKA KABURUNGU & Methuselah Nzisabira” bamenyekanira cane cane mumugwi wa UBS...
-
Burundian Gospel | January 19, 2013GCC Roanoke -Worship Promo with Bukuru Celestin
