New Album “Mana Hindura” by Naasson Niyonsaba

By  |  0 Comments

Naason Niyonsaba numwe mubaririmviyi bagitangura gusohoza indirimbo (Underground Musicians), akaba avuga ko ino ari album yiwe yambere asohoye yise “Mana Hindura” kandi akavuga ko yifuza no gusohoza izindi abandanye gushitsa aho indoto yiwe ishikiye. Mubibazo twamubajije yatwishuye ko kuririmba kwiwe, nukugira akwize ubutumwa mumahanga benshi bakizwe abandi baremeshwe nindirimbo ziwe.

Mumisi Turabashiriraho indirimbo yiwe hamwe na Interview tugiye kugiriranira nawe.

Kubifuza kugura ino CD hamagare kuri 937-443-1286

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar