Kuri Life Center Church iBujumbura, Himirije kuba igikorane gikomeye cane

By  |  0 Comments

Ishengero rya Life Center Church iBujumbura, Burundi irahaye kaze abakristo mwese mutuye mugihugu c’Uburundi mugikorane bateguye aho kizoba kirimwo abakozi b’Imana benshi bavuye mubihugu bitandukanye n’umuririmvyikazi w’Umutanzania “UPENDO NKONE” hamwe numugwi ukomeye cane muburundi “SHEMEZA MUSIC” eka nabandi baririmvyi benshi.

Ico gikorane kizohera itariki 28 zuku kwezi nyene kwindwi gushitsa itariki 2 zukwumunani! bizoba ibitoroshe, imigisha nukwugururirwa biteguriwe abazokwitaba ico gikorane, hazoba inyigisho nyinshi zitandukanye bivuye mubakozi b’Imana batandukanye nkuko bazoba bavuye mubihugu bitandukanye.

Ntutangwe kubona ubwiza bw’Imana!

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar