Interview with Cecilia Ngarama by Seth V. Kaburungu

By  |  0 Comments

Cecy
Cecilia Ngarama numuririmvyi aririmba akongera agahimbaza Imana muburyo bw’indirimbo. Cecilia aba muri Australia. Uno muririmvyi aherutse kuja mugihugu c’Uburundi kwitariki 19 Kigarama (December), umwaka wi 2013 agaruka muri Australia itariki 23 Nzero (January), 2014. Twashimye rero kugiriranira Interview nawe kuvyerekeye ubuhinga bwubuhinyanyuzi bwindirimbo hagati mugihugu cacu nino mubihugu vyo hanze. Umviriza ino Interview uri umuririmvyi biragufasha cane gose mubuhinyanyuzi bwo kurikodi ururirimbo rutomoye!

Interview with Cecilia Ngarama A.K.A Cecy, Party 1.

Ukaba uriko ukoresha Internet Explorer, harigihe utoshobora kwumviriza, vyanse cukoresha Google Chrome. Murakoze (You may not be able to play the audio using Internet Explorer, if it doesn’t work, try to use Google Chrome; it should work well, thanks). NIMBA VYOSE VYANSE, PLEASE TWANDIKIRE KURI info@burundiangospel.com , IF IT DOESN’T WORK ANYWAY FOR BOTH BROWSERS, PLEASE REPORT TO US IMMEDIATLY AT info@burundiangospel.com   THANK YOU FOR YOUR CORPERATION

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar