Gospel News
-
Burundian Gospel | June 24, 2013Seth Kaburungu ati Album yari yimirije gusohora yayisibije
Apostle Seth K. Vyamungu amenyekana cane kwizina rya Kaburungu, yamenyesheje abanywanyi bose yongera abasaba nimbabazi kuko yari yaratangaje...
-
Burundian Gospel | June 22, 2013New CD Release of “ITANGAZO” from Bukuru Celestin
Umuririmvyi asanzwe amenyekana kwizina rya Bukuru Celestin aba muri Roanoke Virginia (USA), Yimirije gusohora umukanda w’iradio (CD). Uno...
-
Burundian Gospel | June 21, 2013Interview with Didas Nivyayo about the New CD Album “TWISUZUME”
Umuhari (Choir) umenyekana kwizina rya HOPE CHOIR uri muri Dallas, Texas uherutse gusohora umukanda w’iradio (Audio CD) bakavuga...
-
Burundian Gospel | June 12, 2013Uamsho Kwaya E.U.S.E BU -Rukombe Nyanza-lac Makamba Burundi
-
Burundian Gospel | June 10, 2013New Album “Mana Hindura” by Naasson Niyonsaba
Naason Niyonsaba numwe mubaririmviyi bagitangura gusohoza indirimbo (Underground Musicians), akaba avuga ko ino ari album yiwe yambere asohoye...
-
Burundian Gospel | June 10, 2013Umuririmvyikazi “Aline Vyuka” yasohoye umukanda wacinema yise “Orphans (IMFUMVYI)”
Umuririmvyikazi “Aline Vyuka” asanzwe ari umuririmvyi akomeye cane ariko anasanzwe kandi ari umukinyi w’inkino zimico (Cinema canke Movies)...
-
Burundian Gospel | June 10, 2013Burundi: Ubuzi 20 000 bugiye gushingwa na Leta
Umushikiranganji w’abakozi n’akazi mu Burundi yamenyesheje ko gushika mu mpera z’umwaka w’2013, ubuzi bugera ku bihumbi mirongo ibiri...
-
Burundian Gospel | June 10, 2013Kayanza: Umuntu umwe yaraye agandaguwe
Ku mutumba wa Kivoga, komine Gahombo intara ya Kayanza, umunyagihugu umwe yaraye agandaguwe acumiswe imbugita mw’ijoro ryo kuwa...
