All posts by Burundian Gospel
-
Burundian Gospel | March 5, 2014Uprona: Inyuma yaho bankiwe kwinjira ku mugumya baciye bihereza amabarabara yigisagara
Umunsi mukuru w’urwaruka mparaniramajambere rwa Rwagasore wabaye ukuri kwamye aho biginye imyaka 47 bamaze babayeho, n’aho Francis Ngaruko...
-
Burundian Gospel | March 3, 2014Intumwa idasanzwe ya Amerika mu karere kibiyaga binini, iravuga ko muburundi hashobora kwaduka intambara yihonya bwoko
Intumwa idasanzwe ya Reta Zunze Ubumwe z’Amerika iravuga ko mu Burundi hashobora kwaduka ihonya bwoko atakibuza. kwava Laurent KAVAKURE...
-
Burundian Gospel | March 2, 2014Ingoro yumugambawe MSD iBururi yaraturiwe
Ingoro y’Umugambwe MSD iBururi yaturiwe kuruyu wagatanu uheze igenekerezo rya 28 Ruhuhuma, 2014. Abagize umugambwe MSD bakikeka ko...
-
Burundian Gospel | February 28, 2014Reta ya America hamwe na Reta yubushinwa (China) batanze imfashanyo mugufasha abasinzikajwe nayamvura iBujumbura
Inyuma yaho imvura yisegenya yagwa mubururundi mugisagara ca Bujumbura, ikica abarenga abantu 150 abasigaye barakomeretse bikomeye barenga 180,...
-
Burundian Gospel | February 26, 2014Igihugu c’Uburundi Kigeze ahatemba: Ngo hategerezwa gupfa abantu 666 kugirango Petero Nkurunziza abandanye atwara igihugu c’Uburundi
Inkuru zitamenyekana cane zihishije ariko bikaba biriko bija kumugaragaro; Umugambwe uri kubutegetsi CNDD-FDD yafashe icemezo co gutwara uburundi...
-
Burundian Gospel | February 26, 2014Yoweri Museveni, President wigihugu aca Uganda yasinye itegeko ryo gufunga umunyororo kubakora ubusambanyi bwabasangiye ibistsina
Umukuru wigihugu ca Uganda “Yoweri Museveni” yasinye itegeko ryemeza ko abasambanyi bahuza ibitsina (Gay) canke ababana bahuza ibitsina (Gay...
-
Burundian Gospel | February 23, 2014Ngo Imfashanyo zigenerwa gufasha abasinzikajwe nayamvura, ngo ntizishikira bose
Idadi ya wakazi wa wilaya hiyo ya mijini ya Buterere denounces cheating katika usambazaji wa misaada kwa waathirika...
-
Burundian Gospel | February 23, 2014Idarapo ry’Umugambwe MSD ngo Marufuku!
Abanywanyi bane bumugambwe wa MSD (Movement for Solidarity and Democracy), baraye bafunzwe mugasyo hamwe nimbonera kure zibiri zafashwe....
