Yoweri Museveni, President wigihugu aca Uganda yasinye itegeko ryo gufunga umunyororo kubakora ubusambanyi bwabasangiye ibistsina

By  |  0 Comments

museveniiii

Umukuru wigihugu ca Uganda “Yoweri Museveni” yasinye itegeko ryemeza ko abasambanyi bahuza ibitsina  (Gay) canke ababana bahuza ibitsina (Gay Marriage), bazoca bafungwa umunyororo wo gupfa. Uwo mu president aravuga kandi eka nabaraba amasinema yibitezasoni kuri internet ko bafashwe bazoca bafatwa ningingo yasinywe.

Umu ministiri w’umuco yitwa Simon Lokodo, avuga kwiritegeko ryatowe nabashinga mateka murico gihugu mu mwaka wi 2011 ariko riza gutangazwa neza na neza itariki 19 Kigarama (December), umwaka wi 2014.

Museveni and Obama
Museveni aranegura Obama hamwe na Reta yiwe  (USA) ko bemeye abahuza ibitsina kurongorana. Kandi ngo Obama yari yarabwiye president wa Uganda “Yoweri Museveni” ko naramuka asinye iryo tegeko hatazobura agatosi kumigenderanire bari bafise.

Inyuma yiryo tegeko haciye hashingwa komite ijejwe kuzokurikira ishingwa ryico gikorwa co gukurikirana abazorenga iryo tegeko.

iyumvire amakuru yimbaho mucongereza

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar