Reta ya America hamwe na Reta yubushinwa (China) batanze imfashanyo mugufasha abasinzikajwe nayamvura iBujumbura

By  |  0 Comments

Burundi

Inyuma yaho imvura yisegenya yagwa mubururundi mugisagara ca Bujumbura, ikica abarenga abantu 150 abasigaye barakomeretse bikomeye barenga 180, Reta zunz’Ubumwe z’America (U.S.A) yatanze imfashanyo (Donation) yamafaranga yamadorare $421, 000 ( Ibihumb’amajan’ane na mirongwibiri na kimwe vyamadorare).

Reta yubuhinwa (Chinese Government) nayo yatanze imfashanyo (Donation) yamadorare $100,000 (ibihumbi ijana vyamadorare).

Ambassador wa Amerika mugihugu cuburundi akavuga ko ayo mafaranga USA yatanze ashobora gufasha abasinzikajwe bashika 15,000 (ibihumbi cumi nabitanu), mukubafasha mundya hamwe no kwubakira abo inzu zabo zasambutse bitewe nayamvura.

Yu Xuzhong ambassador wubushinwa muburundi akavuga ko kino ari igikorwa cubumwe gikomeye ubushinwa (China) mugufasha uBurundi, kubasinzikajwe niyo mvura.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar