Amen Choir nayo ngo iri mumyiteguro yo gusohoza CD! [Burundi Gospel]

By  |  0 Comments

Amen Choir nimwe mumihari mumenyeye isanzwe irimba indirimbo z’Imana (Gospel), Mubinyamukuru bimwe bimwe, turabona ko uno muhari uriko urategura kurikodi CD; nkuko mubibona kumapica, aho bari muri Studio kurikodi.

Ibikorwa barabibandanya, aho naho hari kuruhande rwabigeme

Elizabeth numwana w’Umwigeme akiri muto cane ariko yahawe ingabire yo gucuraranga piano (keyboard) kandi akagira ningabire yo kuririmba, mugikorane caheruka curwaruka muri ForthWorth, TX yarerekanye ubuhinga bwiwe bihamye.

Kanda hano wumve indirimbo barikoze ariko bataraheza

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar