Audio: You raise Me up – Thierry Kijanya {Burundi Gospel}

By  |  0 Comments

Thierry Kijanya numwe mubaririmvyi aririmba akongera agahimba Imana muburyo bw’Indirimbo. Uno muririmvyi avuga ko imbere yuko atanguye kuririmba indirimbo za Gospel yatanguye kuririmba indirimbo z’isi nizubuzima ariko ubu avuga ko Yakiye agakiza asigaye aririmba yongera ahimba Umwami wabami Yesu Kristo. Runo ruririmbo akaba arugwambere atanguye kuririmba rwa Gospel

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar