Uzinduzi wa Album “2×2=4” by Victor Aron

By  |  0 Comments

Murahawe kaze mwese kugura Album yawamuririmvyi wacu w’Umutanzania Victor Aron, Ubuherutse twari twarabumvishije akaririmbo kiwe kitwa “Nguo Ya Kuazima, Ukaba utara kumva fyonda hano. Nuko Rero DVD idandazwa $15 ushobora kugura online gusa; ubonye vyanse twandikire kuri info@burundiangospel.com canke ukoreshe Donate Button (aho handitse Donate). Victor Aron aboneka kwari umuntu afonda indirimbo muburyo bwuhinga abaririmvyi benshi babatanzania batarashikira, kandi arimirije gukora igiteramo ca Album yiwe ya 3, nuko rero ntuhombe kugura ino DVD kuko izoguhindura mubuzima bwawe niwaba wumviriza ubutumwa burimwo.

Umviriza 2×2=4

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar