Umuririmvyi “Aime M.” ariko agomba abaririmvyi kwiyunga nawe mukugira uririmbo rwo guhoza abarundi basinzikajwe nayamvura

By  |  0 Comments

aime

Aime M. umwe mubaririmvyi babarundi atuye mugihugu ca America, asaba kwabaririmvyi bagenzi we bokwiyunga nawe mugukora ururirimbo yise “IMVURA” aho agomba gukeza abasinzikajwe nayamvura iheruka kwica no kwonona abarundi nivyabo. Aime M. akavuga ko umuririmvyi kwiyunga kugira aririmbemwo mururwo ruririmbo, atanga amadorare $200 ayo mafaranga nayo nayo guhoza no gufasha ababuze ababbo nivyabo muburundi kubwaya mvura. Kuko ni benshi ubu bari mumakambi yo muburundi kandi badafise aho baba kuko imvura yabasamburiyeko. Uwo muririmvyi akavuga: Ntaco twoba tumariye igihugu nabarundi mugihe twiyita ngo turi aba star canke abaririmvyi babarundi, mugihe ataco tugize ngo dufashe abacu mugihigu c’Uburundi!”

Ushaka kwiyunga nuwo muririmvyi, twandikire kuri umuririmvyi@gmail.com canke umurondere kuri facebook “Aime Baltimore”

Kubashaka kwumviriza urwo ruririmbo, Kanda hano

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar