Umuhari Jerusalem Choir uramaze gushira CD ya Album yabo yambere bise “KUBA WARAKOREYE IMANA”

By  |  0 Comments

 

 

Jerusalemu Choir1

Umuhari uririmba indirimbo nzo guhimbaz’ Imana umenyekana kw’ izina rya Jerusalem Choir bakorera umurimo w’ Imana mu gisagara ca Tucson Intara ya Arizona mu gihugu ca Reta Zunz’ Ubumwe z’ Amerika, bakaba bashize kumugaragaro urukurikirane rwabo rwa mbere bise “KUBA WARAKOREYE IMANA”. Ubu CD yabo bakaba bariko bayidandaza, urashobora kandi kugura CD yabo mu gisata c’ ikampuni cacu c’ isoko kumurongo wa www.shemeza.com

Igisata c’ ikampuni yacu gihinyanyura amashusho, barakoranye n’ uwo muhari muwufata amashusho vuba urukurikirane rw’ amashusho rw’ uwo muhari rugiye gushirwa kumugaragaro.

Vyinshi tuzobibamenyesha mubandanye mukurikiranira hafi urubuga rwacu rwa Burundian Gospel biciye kuri Shemeza Clouds.

Jerusalem choir

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar