All posts tagged "Kirundi Gospel"
-
Burundian Gospel | June 4, 2013Igiteramo c’Umuririmvyikazi “Adora Uwimana” Amenyekanisha Album yiwe Nshasha yise “Nampenda”
Umuririmvyikazi “Adora Uwimana” afise igiteramo co kumenyekanisha Album yiwe Nshaka yise “NAMPENDA” kumusi wa gatanu, itariki 5 zukwezi...
-
Burundian Gospel | February 2, 2013Album ya “Himbaza Collection Vol1” na UBS Gospel yashizwe kumugaragaro
Umugwi mpurikira hamwe umenyekana kw’Izina rya UBS Gospel (United Burundian Gospel Singers) bashize kumugaragaro urukurikirane rwabo rwambere bise...
-
Burundian Gospel | January 29, 2013Bukuru Celestin aririmba kubw’agahinda k’Impanuka yabaye kwisoko y’ibujumbura “Mpore Burundi”
Umuririmvyi “Bukuru celestin yaraye asohoye ururirimbo kubw’Impanuka yabaye kwisoko y’Ibujumbura, Burundi. Kwishaka rinini twagize, Bukuru Celestin avuga ko:...
-
Burundian Gospel | January 22, 2013New Track: “Tuzosimbasimba” by Kaburungu FT Methuselah [Burundi Gospel]
Abaririmvyi bakomeye mumiziki y’Imana “Seth Vyamungu AKA KABURUNGU & Methuselah Nzisabira” bamenyekanira cane cane mumugwi wa UBS...
-
Burundian Gospel | January 14, 2013New Track: “Ubaya wa Shetani” by Adrien Niyukuri [Burundi Gospel]
Adrien Niyukuri n’Umuririmvyi mushasha mugihugu c’uburundi mugisagara c’I Bujumbura. Uno musore aracari muto cane mumyaka yo musi...
