New Track: “Ubaya wa Shetani” by Adrien Niyukuri [Burundi Gospel]

By  |  0 Comments

Audio clip: Adobe Flash Player (version 9 or above) is required to play this audio clip. Download the latest version here. You also need to have JavaScript enabled in your browser.

Adrien Niyukuri n’Umuririmvyi mushasha mugihugu c’uburundi mugisagara c’I Bujumbura. Uno musore aracari muto cane mumyaka yo musi ya 18.  Uno muririmvyi avuga ko yatanguye umuziki mu mwaka wi 2010 ariko yaronse uburyo bwo gusohoza mumwaka wi 2012 mukwezi kwa 6. Kandi yamenyesheje ko yimirije kugira concert (Igiteramo) mukwezi kwi 7 muruno mwaka nyene aho azoba arikumwe nikundi yiwe hamwe ni umuhari (Choir) witwa English Speaker Choir.

Uno muririmvyi yongera amenyesha ko yifuza kurangiza album yiwe muruku kwezi kwu 8 kugira ngo ayishire kumugaragaro.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar