All posts tagged "Burundian Gospel"
-
Burundian Gospel | July 8, 2013Video: “Uuwaji” by Nazareth Choir [Burundi Gospel]
Nazareth Choir nimwe mumihari irimba indirimbo za Gospel bari mugihugu c’uburundi.
-
Burundian Gospel | July 6, 2013Cecilia (Cecy) Ngarama ati arihafi yo gusohora Album yiwe yakabiri yise Gologota kandi yifuza kwizosohokera mugihugu c’Uburundi
Cecilia Ngarama abenshi bamuhamagara Cecy, numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za Gospel bahaye baza numuvuto munini cane, tubibutse kandi...
-
Burundian Gospel | July 6, 2013Amwe mumafoto yigiteramo ca “Adora Uwimana” cabaye kwitairiki 5 zukwindi, 2013 iBujumbura, Burundi
Igiteramo kitaraba, “Adora Uwimana” ariko yerekana imyiteguro uko yifashe Amapozi arabandanya Jiji Seven avuga kwigiteramo yari kiryoshe cane...
-
Burundian Gospel | July 5, 2013Fabrice Nzeyimana na Album Nshasha yise “Mu Buntu”
Fabrice Nzeyimana numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel) bakomeye cane kandi uzwi cane mugihu c’Uburundi; Mukwezi kwagatatu muruno...
-
Burundian Gospel | July 5, 2013David Nduwimana muri Kenya
Umuririmvyi akomeye cane, umwe mubambere muri Gospel y’uburundi “David Nduwimana” yafashe urugendo rwo kuja muri Kenya. Ntiyashoboye gushira...
-
Burundian Gospel | July 5, 2013Video “We will be with our God” by Cecilia Ft Florence [Burundi Gospel]
-
Burundian Gospel | July 5, 2013Video “Mungu Nisamehe” by Cecilia Ft Florence [Burundi Gospel]
-
Burundian Gospel | July 4, 2013New Audio “Habari ya Mwana” by Kabura K. Erickson
