New Audio: Imvura – Aime M. Ft Jack No, Johnson Mukubwa, Izack Della, King Ven

By  |  0 Comments

Imvura pic

[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2014/03/IMVURA-Feat.-Johnson-Mkubwa-Izack-Della-Jack-No-Parking-and-King-Ven.mp3]

Uru nururiririmbo rwahariwe gufasha basinzikajwe nayamvura mugihugu c’uburundi muruno mwaka (8 February, 2014). Umuririmvyi Aime M. yakoze ibishoboka kugira ahimirize abaririmvyi bagenzi mukumushigikira kugirango berekane ugukunda hamwe no gukorera igihugu, ngo kuko “Ntitwoba aba star babarundi ataco tumariye igihugu.” vyinshi kurino ndirimbo tugiye kubazanira amakuru atomoye uko vyagenze nuko bihaye bigenda.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar