Gospel News
-
Burundian Gospel | October 11, 2013BIMWE MU BIKORWA EMY EMERY ARIKO AKORA
Emy Emery Emy Emery n’umwe mu runganwe ruzwi cane mu ndirimbo zo guhimbaza Imana hano mu gihugu cacu.Uwo...
-
Burundian Gospel | September 14, 2013New Video: Tunawapongeza – Tumaini Choir – Eusebu/ Nyanza-Lac, Burundi
-
Burundi | September 13, 2013
IKIGANIRO INANGA YA DAWIDI SHWO KURI REMA TV
...
-
Burundi | September 13, 2013
IKIGANIRO INANGA YA DAWIDI GOSPEL SHOW NA EDDY KAMOSO KURI REMA TV
-
Burundian Gospel | September 7, 2013David Nduwimana yimirije guteramisha inshengero rya “Amazing Grace Gospel Church” arikumwe numufasha wiwe “Cassandra Relf”
Umuririmvyi David Nduwimana, aho amaze imisi ari mugihugu ca Australia arikumwe n’Umufasha wiwe “Cassandra Relf”, bateguriye ivyiza kubanywanyi...
-
Burundian Gospel | August 14, 2013Adora Uwimana arihafi yo gushira kumugaragaro urubuga (website) rwiwe “www.adorauwimana.com”
Umuririvmvyikazi “Adora Uwimana” (from the album NAMPENDA) yimirije gushira kumugaragaro urubuga rwiwe ruzoba ruri kwizina rya www.adorauwimana.com nkuko...
-
Burundian Gospel | August 8, 2013Hope Choir irimirije gusohora Video ya alubamu yabo yambere bise “TWISUZUME”
Umwe mumihari imenyekana cane muri USA, imenyekanira kwizina rya “Hope Choir” batuye Dallas, Texas, baviga ko bahaye bategura...
-
Burundian Gospel | August 3, 2013Bukuru Celestin ati Indirimbo ziwe zageze kugwego rwo gushika kuri iTunes
Bukuru Celestin numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo z’Imana (Gospel), akaba amaze gusohoza Alubamu (Album) ziribi “URUGENDO”, “ITANGAZO”. Asanzwe aba...
