All posts by Burundian Gospel
-
Burundian Gospel | July 26, 2013Interview “Ibiganiro” with Emy Smith by Seth kaburungu [Burundi Gospel]
Emy Smith numwe mubaririmvyi baririmba indirimbo za guhimbaza no gutazira Imana (Gospel Music), atuye Ibujumbura, Burundi. Aramaze gusohora...
-
Burundian Gospel | July 22, 2013Alubamu “AMUWA” ya Kabura Erickson yashizwe kumugaragaro
Umwe mubaririmvyi bahaye baza numuvuto “Erickson Kabura” yasize kumugaragaro Alubamu yiwe yambere yise “AMUWA” ubu ikaba iriko iradandazwa...
-
Burundian Gospel | July 16, 2013Music Video Album “Nampenda” ya Adora Uwimana yasizwe kumugaragaro
Umwe mubaririmvyi babigeme bariko baza numuvuto munini, Adora Uwimana azananye numuriro udasanzwe muri Gospel Music mugihugu c’uburundi. Adora...
-
Burundian Gospel | July 16, 2013the angels-obeyi wo apue [Ghana Gospel]
-
Burundian Gospel | July 14, 2013Kuri Life Center Church iBujumbura, Himirije kuba igikorane gikomeye cane
Ishengero rya Life Center Church iBujumbura, Burundi irahaye kaze abakristo mwese mutuye mugihugu c’Uburundi mugikorane bateguye aho kizoba...
-
Burundian Gospel | July 14, 2013Album Video Trailer of “Maombi Ni Silaha” by Angels Choir
-
Burundian Gospel | July 14, 2013Umuhari Angels Choir yimirije gushira kumugaragaro Album yabo yakabiri bise “Maombi Ni Silaha”
Umuhari Angels Choir numwe mumihari ikomeye cane kandi imenyekana hano muri Reta Zunze ubumwe z’Amerika, aho album yabo...
-
Burundian Gospel | July 11, 2013Video “Utukuzwe” by Grace Mwai [Kenyan Gospel 2012]
