Album “Amuwa” y’Umuririmvyi Kabura Erickson, yashizwe kumugaragaro

By  |  0 Comments

Umuririmvyi Kabura Erickson, Amenyesha ko yashize kumugaragaro Album yiwe yambere yise “Amuwa”, akavuga ko ushobora kuyironka kuwe wese yipfuza kugura no kwumviriza ino Kanda. Ushobora kutwandikira kuri info@burndiangospel.com canke uhamagare kuri 517-980-1607

Umviriza imwe mundirimbo ziwe, Kanda hano 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar