Ururirimbo “Jehova” rwakorewe muri Studio ya “Afro Shemeza Studios” muri Kenya.

By  |  0 Comments

ASS-Logo

Seth V. Kaburungu avuga ko yuguruje studio ihingura amajwi hamwe nimiziki muri Nairobi, Kenya. Akavuga ko uwo bakorana akora imikizi igezweho cane kandi no guhingura amajwi arabishoboye. Uwo nawe akaba ariwe DJ wa AFRO SHEMEZA STUDIOS muri Kenya akaba yitwa Silas Ndikumana.

kubifuza gukorerwa ama beat (ingoma) zigezweho, Seth V. Kaburungu aravuga ko Afro Shemeza Studios irashobora gukora ibirengeye ivyo ushaka. kuwifuza wese gukorwa ingoma (imiziki) ari hanze ya Kenya andika kuri shemeza2009@gmail.com canke wandikire DJ Silas Ndikumana kuri ndikumanasilass@yahoo.com      Ukaba uba Kenya hamagara kurizi namba +254718188272

Umviriza imwe mundirimbo zakozwe muri Afro Shemeza Studios in Kenya. Ingoma namajwi vyahinguwe muri Afro Shemeza Studios, Nairobi KENYA

[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2014/05/Copie-de-Jehova.mp3]
Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar