Video: Mkandamizaji – Albam Hakuna Jipya, Zaburi ya Wani Fifte

By  |  0 Comments

Uwu yari umukinyi akina amasanamu atwenza (Comedy) mumugwi witwa Orijino Comedy. Ariko ubu asigaye ari umuririmvyi aririmba akongera ahimbaza Imana. hazoba umukuku umwe n’umwungere umwe, Yesu niwe mwungere kandi abandanya guhamgara intama ziwe, ukaba uri muri bamwe batarashika mugakiza, Yesu aragukunda kandi arakurondera, upfe kwugurura umutima wawe.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar