New Track: Yesu Ni Yuleyule by Bukuru Celestin Ft Jonathan

By  |  1 Comment


[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/Yesu-ni-yuleyule2.mp3]

Bukuru Celestin umwe mubaririmvyi bamenyekana cane muri Amerika na CANADA kuri Album yiwe yambare “URUGENDO” nuko yashimwe gusangira namwe ino Chorus “Yesu Ni Yuleyule” Aho yaririmbanye na Jonathan Nyandwi, uwo akunze gukoresha kandi ari muri Band yiwe. Yesu ntahinduka niwawundi nyene ibihe vyose, Imana ihimbazwe!

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

1 Comment

  1. Ester

    November 12, 2012 at 6:56 AM

    I like this guy’s songs . God bless him.

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar