New Audio: Tunawasalimu by V.O.K Band {Burundi Gospel}

By  |  0 Comments

Umurwi uzwi kw’ izina rya V.O.K Band uririmba indirimbo zo guhimbaza Imana wabaye urashira ururirimbo rumwe m’ urukurikirane rwabo bimirije gusohora. Uno murwi utanguye vuba kandi urwo rukuririkane rwabo rukazoba ari urwambere! Tuzobamenyesha vyinshi nitwaramuka turonse amakuru ava mu murwi wa V.O.K

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar