New Audio: “Nikwa Neema” – Seth Kaburungu Ft Murishi Yaya {Burundi Gospel}

By  |  0 Comments

[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/12/Ni-kwa-neema-tu.mp3]

bano baririmvyi bavuga ko mubabarire nimwumva amakosa yose kuko ururirimbo barufashe bari kwihuta cane kuko na mwene studio yariko arihuta kandi yabagiriye kubuntu kandi na Seth Kaburungu ntamwanya yarafise wundi kuko bwaca afata urugendo.

Seth Kaburungu aho yari kurugendo muri state ya Missouri, aho yaciye mugisagara ca Kansas City abonana numuvuzi wigitari ca Solo batazira Yaya Solo Kibangu. Seth Kaburungu akavuga kandi ko yasanze bari no mumiryango mgo kuko bavugana uko nyene ataramenya ko bari mumiryango, nuko bahuye bose arabavuzi bivyombo baca barakora kano karirimbo imbere yuko Seth Kaburungu aja Colorado.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar