Witness
-
Burundian Gospel wrote a new post, Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro 11 years, 9 months ago
Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe, Cahrles Nditije yahoze […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Prosper Bazombanza niwe yashikirijwe kuba Icegera cambere c’Umukuru w’Igihugu Muburundi 11 years, 9 months ago
Ku musi wagatanu mugitondo itariki 14 Ruhuhuma (February), 2014 niho haba isabukuru rya Prosper Bazombanza aho yariko arasoma indahiro (Ukuboko kwibumoso (left) kuri hejuru, ukuboko kwiburyo gufashe idarapo) […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Hamaze gutorwa ibiziga bishika 150 bahitanywe nayamvura iheruka kurwa mugihugu c’Uburundi 11 years, 9 months ago
Mumakuru avugwa mugihugu c’Ubrundi, hamaze gutorwa ibiziga vyabantu bishika kwi 150 bahitanywe nayamvura yisengenya yahita mugisagara c’Ibujumbura mumatariki ya 9 Ruhuhuma (February) muruno mwaka nyene wi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Imvura yaraye iguye mugihugu c’Uburundi yaraye yishe abantu bashika 50 kubwumuzure 11 years, 9 months ago
Uwu mubon I buryo nigoti yirabura n’uwurongoye igisagara c’Ibujumbura “Mayor”
Amakuru avugwa mugihugu c”uburundi, Imvura yaguye ku musi w’Imana (Sunday) itariki 9 zukwezi kwa 2, umwaka wi 2014 yaraye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuhari “Hope Choir” ushize kumugaragaro Alubamu yabo yambere bise “TWISUZUME” 11 years, 9 months ago
Hope Choir n’Umuhari uririmba ukongera uhimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo. Hope Choir yarimaze imisi yiteguriye gushira kumugaragaro Alubamu yabo bise “TWISUZUME” ubu ikaba iri kumugaragaro, ushobora kuronka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Emery Emy ariko asohoza ireresi (Film) yiwe yise “Return To Salvation” 11 years, 10 months ago
Umuririmvyi Emery Emy nkuko twari twarabitangaje hano kurubuga rwacu, kwaherutse muri tanzania gukina ireresi (Movie) nabakinyi rurangiranwa babatanzania, uno muririmvyi ariko kandi akora ireresi yiwe […]
- Load More









