Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro

By  |  0 Comments

 

 

Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe, Cahrles Nditije yahoze arongoye uyo mugambwe avuga kw’ivyo uyo mupfasoni avuga bitangira ifatiro.

Avuga kw’ivyo vyerekana ko reta y’Uburundi ibandanya kwisuka mu vyerekeye umugambwe Uprona.

Mwomenya kuno mupfasoni kandi aherutse kugira isabukuru yitsindi ko Prosper Bazombanza yabaye icegera cambere c’Umukuru w’igihugu. Iryo sabukuru ryabaye igenekerezo rya 15 Ruhuhuma, umwaka 2014. Abamenyesha makuru bashitse muryi sabukuru bavuga ko abadasigana aribo umugambwe UPRONA benshi batariho. Bikavugwako hariho urwaruka rwazanywe naba Bus ariko kandi ngo ntibari mumugambwe wa UPRONA. Biravugwa cane ko Concilie Nibigira hamwe na Prosper Bazombaza basanzwe bari mumugambwe wa UPRONA ko harico bafitaniye mumigambi numugambwe wa CNDD FDD ngo kuko naho Concilie Nibigira avuga kwariwe arongoye umugambwe wa UPRONA biciye mumategeko, abagize umugambwe UPRONA bavuga bati oya, nyabuna aranguha kuko uno mupfasoni yari yarahagiritswe mumabanga yumugambwe UPRONA.

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar