Iyo Umuntu yakoze Icaha Mbega, bo mutenga Canke bomuhanura?

By  |  3 Comments

Mumashengero Menshi iyo Umuririmvyi canke umunyeshengero akoze Icaha bakunze guca bamutenga! mbega nivyiza gutenga Umuntu canke Bomuhanura?  Mbe ho muhanuye iki abakora Icaha mugihe bafise igikorwa kana murusengero!

Tanga iciyumviro cawe kuri Comments kugirango abandi bigireho, Ntutinye gutanga iciyumviro cawe gitange kugirango nabandi bari mubihugu bitandukanye bamenyereho kugirango twubake ubakristo babarundi hamwe namashengero yabarundi! 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

3 Comments

  1. Joseph

    November 5, 2012 at 4:01 AM

    Dukurikije Bibiliya ntabwo arivyiza guca umuntu(kutenga) kuncuro ya mbere,ariko uramuhanura 1,2 ananiranye ukamuhagarika kuko ariko Bibiyiya ivuga aho Paul intumwa y’Imana yagiye atanga impanuro.Rero iyo umuciye uba umuhaye satan n’abamalayika biwe kandi twebwe igikirwa cacu ari gukiza abantu kubakura kwa satan.Imana ibahezagire kandi mwibuke gusengera urwaruka rwacu kuko satan yahagurutse kururwanya none abakozi b’Imana bejo nibande tutabasengeye?

  2. Profile photo of Eric Esron Mungere

    Eric Esron Mungere

    December 5, 2012 at 12:01 AM

    Nkuko abatanguye bavuze, Iyo Umuntu acumuye, Yohanurwa n’abashingantahe b’ishengero, hanyuma bakamugenzura ko yanditse koko. Asubiye aho niho boca bafata umwanzuro wo kumuhagarika(Kumusagamura) Muru sengero.
    Murakoze

    • Profile photo of melchior

      melchior

      December 10, 2012 at 5:41 PM

      umuntu akoze icaha baramuhanura kiretse icaha cu busambanyi niho bamuhangarika kuko ntibaba bazi yuko uwo babikoranye yuko yatwaye inda kandi icaha cubusambanyi nico cakwengeye isi

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar