Videos
-
Burundian Gospel | November 30, 2012New Video: “Nzovyongegwa” by Didi B Ft Nezia
-
Burundian Gospel | November 28, 2012Album Trailer “Tuvumilie” by Angels Choir
Nahawe kugura, Rondera Original Copy! Inamba kuri Cover no kuri Video Trailer ziriko kubifuza ino DVD mwese. Ino...
-
Burundian Gospel | November 28, 2012Twibanire by Adora Uwimana
Adora Uwimana numwe mubaririmvyikazi baririmba bongera bahimbaza Imana aho mugihugu c’uburundi.
-
Burundian Gospel | November 28, 2012New Video: Uri Imana by Cynthia Iteka
Umuriririmvyikazi “Cynthia Iteka atuye mugihugu c’Uburundi i Bujumbura. Uno muririmvyikazi aramaze gusohora Indirimbo zitari nke!
-
Burundian Gospel | November 20, 2012Bwana Yesu by Eunia Simbagoye
Umuririmvyikazi w’Umurundi aririmba yongera ahimbaza Imana atuye mugihugu ca Australia. “Eunia Simbagoye”. Umwami Yesu nuwurukundo, nuw’Imbabazi, nuw’ubugwaneza, nuw’Ubuntu.
-
Burundian Gospel | October 28, 2012Amashengero Menshi by DAY Choir from Texas
Dallas African Youth Choir cari igikundi c’urwaruka baririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko ubu ikwaya yarasabutse bivanye nuko...
-
Burundian Gospel | October 28, 2012Yesu Ndiye Mzabibu By DAY Choir from Texas
DAY Choir yari Ikwaya ririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko aho Ishengero ryigaburamwo kubiri, Igikundi caciye gihagarara ubu...
-
Burundian Gospel | October 27, 2012Iyo iwacu mwijuru By Wake Up Choir mugikorane ca CAG Ministry “Dallas, TX
Ukaba wari waragiye mu gikorane c’Urwaruka cari gizizwe na CAG Ministry, ndazi uribuka vyinshi ukaba utagiye naho warahomvye!...
