UPRONA: Tatien Sibomana yarekuwe mwifungiro aho yaramaze imsisi afunzwe ahowe Inama yakoresheje yumugambwe akomokamwo

By  |  0 Comments

 

 

 

 

 

Ngo nubu umugambwe UPRONA uriyamiriza abapolisi mukubajiragiza kuko ngo kuruno musi aho baheruka KUMUGUMYA ahri ingoro nkuru yumugambwe UPRONA, aho bariko bakora Inama basanga bugaranywe indani. bagize batya basanga hanze huzuye abapolisi. Nuko kandi bakikeka ko umupfasoni Concilie Nibigira avuga kwari we yemewe mumategeko kwari arongoye umugambwe UPRONA, rero abadasigana (UPRONA) bakikeka kwariwe ari inyuma yuwo mujuragizo.

 

 

Share
Profile photo of Burundian Gospel

Share

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply

error: Copyright reserved by The Shemeza Co. ©2017
Skip to toolbar