New Track: “Nampenda Bwana” by Seth K. Vyamungu
By |
0 Comments

Nampenda Bwana ni rumwe muri Alubamu “Uruwo gushimwa” yasohowe na Seth K. Vyamungu mu mwaka 2009. Ndamukunda umwami wanje kuko yarandokoye mubugingo bwanje! Ndindiriye yesu, Ndindiriye Umwami wanje, igihe azoza kunyandurukana murino si! Ryoherwe na runo ruririmbo. Alubamu iracahari mwandikire kuri kaburungu@burundiangospel.com


You must be logged in to post a comment Login