Burundian Gospel
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Turagushima Mana by Methusela Nzisabira 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/Turagushima-mana.mp3%5DMethusela numwe mubaririmvyi ahimbaza Imana atuye mugisagara ca Dallas, Texas; kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya aho atuye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album of A particular Choir from Burundi 13 years, 2 months ago
Sodoma na Gomorah
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/Sodoma-na-Gomora.mp3%5DAbigishwa […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album “Usikate Tamaa” from Witness M. Kabura 13 years, 2 months ago
Umuririmvyi aririmba akongera Ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo, yitwa “Witness M. Kaburungu yasohoye Ablum yiwe yambere mukwezi kwagatanu umwaka wi 2012, aho hari inyuma yuko yahuye nimpanuka mbi y’Imodoka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Amashengero Menshi by DAY Choir from Texas 13 years, 2 months ago
Dallas African Youth Choir cari igikundi c’urwaruka baririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko ubu ikwaya yarasabutse bivanye nuko Ishingero yogabuyemwo kubiri
-
Burundian Gospel wrote a new post, Yesu Ndiye Mzabibu By DAY Choir from Texas 13 years, 2 months ago
DAY Choir yari Ikwaya ririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko aho Ishengero ryigaburamwo kubiri, Igikundi caciye gihagarara ubu abaririmvyi baririmvyi baririmba muri Kwaya bamwe barahagarika igikorwa c’Imana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Uruwiteka by Aline Vyuka 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09-uwiteka.mp3%5DAline Vyuka numwigeme ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo atuye muri Sioux Falls, South Dakota, amaze gusohoza Album yiwe yambere […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Yosefu by Upendo Choir from South Dakora 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09_Track_9.mp3%5DUpendo Choir ni Igikundi c’Ikorare gihimbaza Imana mwishengero LMPC (Light Mission Pentecostal Church) muri Sioux Falls, South […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Omba Sana by Claudine Nininahazwe 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/omba-sana-By-Claudine.mp3Claudine NININAHAZWE n’Umuririmvyi ahimbaza Imana kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya muri Saint Louis, Misouri. Runo […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Iyo iwacu mwijuru By Wake Up Choir mugikorane ca CAG Ministry “Dallas, TX 13 years, 2 months ago
Ukaba wari waragiye muri kino gikorane, ndazi uribuka vyinshi ukaba utagiye naho warahomvye! Nezerwe rero kuko uru ni rumwe muzo Wake Up Choir muri Alabama yaririmvye murico Gikorane!
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Mpa Inkomezi By Ndanda Johnson 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/01-Piste-1.mp3%5DMwami Mana mpinkomezi kugirango neshe. Amageragezwa nibitugora nivyinshi, dusaba uduhe inguvu zawe Mana. Yosefu kwa mka Botifari […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Iyo Umuntu yakoze Icaha Mbega, bo mutenga Canke bomuhanura? 13 years, 2 months ago
Mumashengero Menshi iyo Umuririmvyi canke umunyeshengero akoze Icaha bakunze guca bamutenga! mbega nivyiza gutenga Umuntu canke Bomuhanura? Mbe ho muhanuye iki abakora Icaha mugihe bafise igikorwa kana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Mana Iyo Nkutekereje By Richard NGENDAHAYO 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09-Track-9.mp3%5DMana iyo nkutekereje Umutima wanje wuzura amahoro, Ivyishimo bikandenga. Ubwenge bwanje bukarota ivyiza gusa. Umubiri wanje ukazana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Aho twahuriye niwewe uhazi By Richard NGENDAHAYO 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/07-Track-7.mp3%5DAho twahuriye Niwewe Uhazi, Mwami! Aho wankuye nije Ndahazi Rwose, Mubingora bikampebesha, aho niho useruka Mwami, Ntawoba mwiza […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Tukuririmbire icubahiro by Richard Ngendahayo 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/06-Track-6.mp3%5DRichard Ngendahayo, ari mugwanda akunze kuririmba ikirundi, muri runo ruririmbo rwiwe atwibutsa kuririmbira Imana Icubahiro, isi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Jambo Nyamukuru by Richard Ngendahayo 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/03-Track-31.mp3%5DRichard Umuririmvyi ari murwanda ariko akunze kuririmba indiri z’Ikirundi, Muri runo ruririmbo atwitsa yuko Icubahiro arico Imana, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ndagukunda By Bukuru Celestin 13 years, 2 months ago

[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/03-Track-3.mp3%5DMuri runo ruririmbo Bukuru Celestin atwibutsa gukunda Imana. Ndagukunda Mwami kuko uruko gwawe nigitangaza, kubw’urukundo rwawe ubu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Duniani Amani by Sayuni Choir Mtabila FPCT 13 years, 2 months ago
- Load More



