Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyi w’Umurundi aba Israel “Bonfils Nikiza” yimirije gukora ibiteramo mubihugu vyinshi 11 years, 9 months ago
Bonfils Nikiza numwe mubaririmvyi babarundi baririmba indirimbo z’Imana baba mubihugu vyo hanze, we akaba atuye mugihugu ca Israel, akaba animirije gukora ibiteramo vyinshi cane mubihugu bitandukanye, nka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Dunia Nzima – Witness Kabura Ft Arcade Ikizakubuntu {Christmas Songs} 11 years, 9 months ago
Witness M. Kabura yifuza mwese abanywanyi b’Indirimbo za guhimbaza Imana Noel nziza (Merry Christmas), aho yaririmbanye runo ruririmbo numusore yitwa Arcade Ikizakubuntu
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: “Nikwa Neema” – Seth Kaburungu Ft Murishi Yaya {Burundi Gospel} 11 years, 10 months ago
bano baririmvyi bavuga ko mubabarire nimwumva amakosa yose kuko ururirimbo barufashe bari kwihuta cane kuko na mwene studio yariko arihuta kandi yabagiriye kubuntu kandi na Seth Kaburungu ntamwanya […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Inteview Eric Nsabumuremyi yagiriraniye na Seth Kaburungu {Burundi Gospel} 11 years, 10 months ago
Umwe mubaririmvyi babarundi “Eric Nsabumuremyi” asanzwe aririmba indirimbo z’Imana kandi akomeye cane ngaho mugihugu ca Kenya. Uno muririmvyi akaba amaze gusohora album zibiri nkuko yavyivugiye muri Interview […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Sinamashaka – Eric Nsabumuremyi {Burundi Gospel} 11 years, 11 months ago
[aduio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2013/11/sinamashaka-Eric-Nsabumuremyi.mp3%5D
Eric Nsabumuremyi numwe murabaririmvyi babarundi baririmba indirimbo zo guhimbaza Imana (Gospel) atuye […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Album “Amuwa” y’Umuririmvyi Kabura Erickson, yashizwe kumugaragaro 11 years, 11 months ago
Umuririmvyi Kabura Erickson, Amenyesha ko yashize kumugaragaro Album yiwe yambere yise “Amuwa”, akavuga ko ushobora kuyironka kuwe wese yipfuza kugura no kwumviriza ino Kanda. Ushobora kutwandikira kuri […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Audio: Mpwemu – Alexis Sibomana {Burundian Gospel} 11 years, 11 months ago
Mpwemu nimwe mundirimbo iri muri Album ya Sibo MANA Alexis yise “Reka Ndagushime” Yimiirije Gusohora
-
Burundian Gospel wrote a new post, Audio: You raise Me up – Thierry Kijanya {Burundi Gospel} 11 years, 11 months ago
Thierry Kijanya numwe mubaririmvyi aririmba akongera agahimba Imana muburyo bw’Indirimbo. Uno muririmvyi avuga ko imbere yuko atanguye kuririmba indirimbo za Gospel yatanguye kuririmba indirimbo z’isi […]
- Load More