Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album “Usikate Tamaa” from Witness M. Kabura 12 years, 11 months ago
Umuririmvyi aririmba akongera Ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo, yitwa “Witness M. Kaburungu yasohoye Ablum yiwe yambere mukwezi kwagatanu umwaka wi 2012, aho hari inyuma yuko yahuye nimpanuka mbi y’Imodoka […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Amashengero Menshi by DAY Choir from Texas 12 years, 11 months ago
Dallas African Youth Choir cari igikundi c’urwaruka baririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko ubu ikwaya yarasabutse bivanye nuko Ishingero yogabuyemwo kubiri
-
Burundian Gospel wrote a new post, Yesu Ndiye Mzabibu By DAY Choir from Texas 12 years, 11 months ago
DAY Choir yari Ikwaya ririmbira mugisagara ca Dallas, Texas ariko aho Ishengero ryigaburamwo kubiri, Igikundi caciye gihagarara ubu abaririmvyi baririmvyi baririmba muri Kwaya bamwe barahagarika igikorwa c’Imana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Uruwiteka by Aline Vyuka 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09-uwiteka.mp3%5DAline Vyuka numwigeme ahimbaza Imana muburyo bw’Indirimbo atuye muri Sioux Falls, South Dakota, amaze gusohoza Album yiwe yambere […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Yosefu by Upendo Choir from South Dakora 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09_Track_9.mp3%5DUpendo Choir ni Igikundi c’Ikorare gihimbaza Imana mwishengero LMPC (Light Mission Pentecostal Church) muri Sioux Falls, South […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Omba Sana by Claudine Nininahazwe 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/omba-sana-By-Claudine.mp3Claudine NININAHAZWE n’Umuririmvyi ahimbaza Imana kandi akaba ari mugikundi c’Ikwaya muri Saint Louis, Misouri. Runo […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Iyo iwacu mwijuru By Wake Up Choir mugikorane ca CAG Ministry “Dallas, TX 12 years, 11 months ago
Ukaba wari waragiye muri kino gikorane, ndazi uribuka vyinshi ukaba utagiye naho warahomvye! Nezerwe rero kuko uru ni rumwe muzo Wake Up Choir muri Alabama yaririmvye murico Gikorane!
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: Mpa Inkomezi By Ndanda Johnson 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/01-Piste-1.mp3%5DMwami Mana mpinkomezi kugirango neshe. Amageragezwa nibitugora nivyinshi, dusaba uduhe inguvu zawe Mana. Yosefu kwa mka Botifari […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Iyo Umuntu yakoze Icaha Mbega, bo mutenga Canke bomuhanura? 12 years, 11 months ago
Mumashengero Menshi iyo Umuririmvyi canke umunyeshengero akoze Icaha bakunze guca bamutenga! mbega nivyiza gutenga Umuntu canke Bomuhanura? Mbe ho muhanuye iki abakora Icaha mugihe bafise igikorwa kana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Mana Iyo Nkutekereje By Richard NGENDAHAYO 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/09-Track-9.mp3%5DMana iyo nkutekereje Umutima wanje wuzura amahoro, Ivyishimo bikandenga. Ubwenge bwanje bukarota ivyiza gusa. Umubiri wanje ukazana […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Aho twahuriye niwewe uhazi By Richard NGENDAHAYO 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/07-Track-7.mp3%5DAho twahuriye Niwewe Uhazi, Mwami! Aho wankuye nije Ndahazi Rwose, Mubingora bikampebesha, aho niho useruka Mwami, Ntawoba mwiza […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Tukuririmbire icubahiro by Richard Ngendahayo 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/06-Track-6.mp3%5DRichard Ngendahayo, ari mugwanda akunze kuririmba ikirundi, muri runo ruririmbo rwiwe atwibutsa kuririmbira Imana Icubahiro, isi […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Jambo Nyamukuru by Richard Ngendahayo 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/03-Track-31.mp3%5DRichard Umuririmvyi ari murwanda ariko akunze kuririmba indiri z’Ikirundi, Muri runo ruririmbo atwitsa yuko Icubahiro arico Imana, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ndagukunda By Bukuru Celestin 12 years, 11 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/10/03-Track-3.mp3%5DMuri runo ruririmbo Bukuru Celestin atwibutsa gukunda Imana. Ndagukunda Mwami kuko uruko gwawe nigitangaza, kubw’urukundo rwawe ubu […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Ntugasigeho Kurambirwa by Nkombo Choir 12 years, 11 months ago
-
Burundian Gospel wrote a new post, Yesu Ni Njia by Ijwi ry’Ivizigiro Choir 12 years, 11 months ago
- Load More