Eric Esron Mungere
-
Burundian Gospel wrote a new post, Bukuru Celestin yaraye arangije ibiteramo bitandatu mumisi ibiri 12 years, 9 months ago
Umuririmvyi mukunda cane kandi mumenyeye “Bukuru Celestin, aho twari duherutse kugiriranira nawe Interview, tumubaza kuvyerekeye ibitgeramo yariko arakorana numurwi wabanyamerika “Snarky Puppy”; Nuko rero uno […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, UBS Gospel presenting Album “Himbaza Collection” on RADIO Isanganiro 12 years, 9 months ago
UBS Gospel Representing “Himbaza Collection” Live on RADIO ISANGANIRO with Ernest Pablo Baryuwabo
UBS Gospel Representing “Himbaza Collection” Uburundi Buraririmba on RADIO ISANGANIRO Interview with […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Bukuru Celestin yarangije ibiteramo bitatu kuruyu musi 12 years, 10 months ago
Burundian Gospel: Bukuru, Celestin twarmvise ko wari wimirije ibiteramo, kandi ko wanamaze no kubirangura, mbe washitse mubiteramo vyose twumvise?
Bukuru: EgomeIbiteramo twarabitanguye ariko […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Abaririmvyi bagize “Himbaza Collection” bagiriraniye behurutse kugirira ibiganiro kuri RadioTelevision REMA 12 years, 10 months ago
Abaririmvyi bakomeye cane kandi baje numuvuto munini, bagize Alubamu Nshasha y’ubumwe kandi bakaba bahwikiriye mumugwi witwa “UBS Gospel (United Burundian Gospel Singers). Bano baririmvyi bari baherutse […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Emy Feat. Willy | Exclusive! 12 years, 10 months ago
Finally, the video comes out! Return to the salvation Video has been awaited by the fans for over a year. Inside are some of the latest pictures of Willy in Burundi and we shared a moment of joy and […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Miriyamu Deborah Zulphath 12 years, 10 months ago
Miriyamu Deborah Zulphath yavukiye Kimisagara mu muryango w’abana batanu we akaba ari uwa mbere. Mama we yamushakanye undi mugabo ubwo yari afite imyaka itanu. Akiri umwana yakundaga kwiga cyane, akaba yarize […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Rose Muhando yasinye umukataba (Membership) na Sony Music 12 years, 10 months ago
Global recording company Sony Music Entertainment is proud to announce the signing of East African Gospel Star Rose Muhando to its roster of artists which includes some of the most important recordings in […] -
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: “Oh Lord” by Aline D. Vyuka 12 years, 10 months ago
[audio:http://www.burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/12/08-oh-lord.mp3%5DMuri runo ruririmbo, umuririmvyikazi “Aline D. Vyuka” atwibutsa gushima Imana aho yarimvye kano karirimbo mururimi rw’Icongereza
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: “Haleluyah” by Ndanda Johnson 12 years, 10 months ago
Noel (Christmas) nziza kuri mwese. Umuririmvyi w’Umurundi “Ndanda Johnson” Atuye muri Kanada (CANADA), yashimye gusangira namwe runo ruririmbo rwo guhimbaza Noel. Umukiza aratuvukiye, ku mfuvyi ni Papa, […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, Umuririmvyi “Bukuru Celestin” yimirije gukorana ibiteramo nabaririmvyi babanyamerika 12 years, 10 months ago
Umuririmvyi (Burundian Gospel Artist) rurangiranwa “Bukuru Celestin” yimirije gukorana ibiteramo n’umurwi wabaririmvyi wabanyamerika witwa “Snarky Puppy” uva muri New York. Ivyo biteramo bizotangura itariki 13 […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Album “Himbaza Collection” igizwe n’ubumwe bwabaririmvyi batandukanye 12 years, 10 months ago
Alubamu “Himbaza Collection” igizwe n’ubumwe bwabaririmvyi rurangiranwa hano muri USA (United Burundian Gospel Singers) “Seth K. Vyamungu, Bukuru Celestin, Witness M. Kabura, Abel Nkurunziza, Methusela […]
-
Burundian Gospel wrote a new post, New Video: “Nishike Mkono” by Helemani Bizoza 12 years, 10 months ago
Helemani Bizoza, numwe mubaririmvyi bari mugikundi ca SONGAMBELE INTERNATIONAL BAND muri Austria. Helemani bizoza kandi akaba afise Studio irikodi amavideo akongera akagira amakopi.
-
Burundian Gospel wrote a new post, Yaya Solo Kibangu ariko arondera imfashanyo (Support) kuko yimirije gusohoza Alubamu 12 years, 10 months ago
My name is Murishi Sylvestre (Yaya Solo Kimbango) I was born in Congo, In 1996. i grew up in Mtabila Camp, and my parents are Burundian. I came to America in 2009. I love music a lot. so in2009, I started […] -
Burundian Gospel wrote a new post, New Track: “Mwami Wanje” By Bukuru Celestin FT Jonathan Nyandwi 12 years, 10 months ago
[audio:http://burundiangospel.com/wp-content/uploads/2012/12/Mwami-wanje222.mp3%5DUrumwami wanje yesu! Abagwaye, niwe ubakiza, ibimuga niwe ubimugura, abatifise niwe ubafasha, ivyo mbona vyose niwe wabiremye, […]
- Load More