Album Ya Ipyana Kibona igiye gusohoka Vuba
By |
0 Comments

Umuririmvyi w’Umutanzania aririmbira aho muri Dar-Es-Salaam, ubuherutse twari twabashiriyeho akaririmbo kiwe kari muri album agiye gusohora vuba. Nuko nkuko mubibona kwipica igiye gusoho vuba kandi twari twarabatangarije ko album izoaba arikwizina rya “Nimekutana na Yesu” ariko yarahinduye ikaba iri kwizina rya “Na Wewe Tu”, niyaramuka isohotse tuzobamenyesha. Ukaba utari bwumve ako karirimbo kiwe, fyonda hano






You must be logged in to post a comment Login